Umuryango w'abahura b'i nkoma ya banege : amateka yâbo n'akahise kabo, itohoza ryagizwe mu mazone ya mpinga kayero muri Komine mpinga-Kayove, intara ya Rutana
/ par Alfonsine Ntahombaye; Denis Bukuru, direcetur
. - Bujumbura : Université du Burundi, Faculté des Lettres et Sciences Humaines, Département de Langues et Littératures Africaines, 2013
. - X-88 f. ; 30 cm.
Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de Licencié en Langues et Littératures Africaines
RESUME
Itohoza ry'agizwe mu mazone ya Mpinga na Kayero muri Komine Mpinga-Kayove, Intara ya Rutana.
Iki gikorwa cerekeye umuryango w'abahura b'i Nkoma ya Banege bo muri Komine Mpinga-Kayove, amateka yabo n'akahise kabe, kigizwe n'ibigabane bitanu :
Ikigabane ca mbere arico c'intangamarara, gishikiriza ibibazo nyamukuru, vyizwe, ubwoko bw'itohoza igihe iki cigwa gihagazeko n'imihingo y'itohoza.
Ikigabane ca gatanu ari naco ca nyuma, cerekane uruhara rw'Abahura b'i Nkoma ya Banege mu kwubaka Uburundi, amabanga n'amabango yabegukira, hamwe n'ivipfuzo vyabo.
Mu gusozera, turérekana ihangiro ry'icigwa n'ico twashitseko. Turasaba ubutegetsi kudufata mu mugongo kugira ngo tubandanye dutohoza no ku yindi muryango y'abarundi.