TY - BOOK AU - Ngizimana,Jean-Luc AU - Bukuru,Denis ED - Université du Burundi TI - Umuryaango w'abashuungura b'i bushuungura: Amaamuuko, imiziro, uruhara. Itoohooza ryaabeereye mu makomiine ya Mugaamba, Mukike na Bugarama PY - 2012/// CY - Bujumbura PB - Université du Burundi, Faculté des Lettres et Sciences Humaines, Département des Langues et Littératures Africaines KW - KW - BI-BuBU KW - Clan (Abashuungura) KW - Bushuungura KW - Mémoire N1 - Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de Licencié en Langues et Littératures Africaines N2 - Résumé Iki cigwa nshikirije kiri mu murwi w'ibindi vyigwa vyaakozwe kubijaanye n'imiryaango y'abarundi. Kikeerekana umwé mu miryaango y'abaruundi, umuryango w'abashuungura. Iki ciigwa ciitwa "UMURYAANGO W'ABASHUUNGURA B'IBUSHUUNGURA, AMAAMUUKO, IMIZIRO, RUUHARA". Itoohooza ryaabeereye mu ma komiine ya Mugaamba, Mukiike na Bugarama. Umuryaango w'abashuungura ukomooka ku muryaango w'aabeeneengwe uwu nawo ukaba ukomooka mu gihugu c'urwaanda bakaba baaje mu Buruundi inyuma y'indwaano zaabaaye hagati y'abanyiginya n'aabeeneengwe. Bashitse mu Burundi, Gishuungura umweeneengwe, yaciye aja kugereera ku ruhinga muri komine Mugaamba, aca ashinga umuryaango w'abashuungura. Umuryaango w'abashuungura ufise ibisata bikuru bikuru bine vyitirirwa abahuungu bané Gishungura aribo Nteembagara, Rubibana, Rwaguuga et Nyamashasha. Ivyo bisata navyo ni abateembagara, ababibana, abaguuga, n'abashasha. Kugira ntuungaanye neeza iki gikorwa, nakigabuye mu bigabane bine. Nasavye inkuru abaantu bo muri uwo muryaango babizi, nca ngira imwihweezo w'iizo nkuru nisuunze ivyaanditse mu bitabu. ER -