CATALOGUE DES BIBLIOTHEQUES DE L'UNIVERSITE DU BURUNDI


Bienvenue au Catalogue en Ligne des Bibliothèques de l'Universite du Burundi

Bitariho, Evode

Amazina y'imihingo ya komine Rango n'imiryango yahagereye : itohoza ryabereye ku mitumba mirongo ibiri n'icenda ya komine Rango muntara ya Kayanza / par Evode Bitariho ; Denis Bukuru, directeur . - Bujumbura : Université du Burundi, Faculté des Lettres et Sciences Humaines, Département des Langues et Littératures Africaines, 2018 . - 123 f. ; 30 cm.

Mémoire présenté en vue de l'obtention du grade de licencié en Langues et Littératures Africaines.

RESUME,

Igikorwa narânguye cerekeye<>.Iki gikorwâ kigizwe n'ibigabane bine hamwé n'ugusozera.
Ikigabane ca mbere :Intangamarara
Ikiganiro ca Kabiri:Akarere k'itohoza:Imitumba igize Komine Rango.
Ugusozera
Tumaze kwinjira mugikorwa nyezina c'amatohoza twaciye tuja kukigabane kimwe kimwe cose tugenda tugira ico tugishikirijeko.Mu ntangamarara,twarerekanye mu majambo make icatumye dukora iri tohoza,turerekana ihangiro ryaryo hamwe n'akamaro karyo.Mu kigabane ca kabiri iri tohoza,turerekana ihangiro ryaryo hamwe n'akamaro karyo.Mu Kigabane ca Kabiri twaregeranije imitumba yose ya rusasuma ya komine Rango n'uducimbiri twose,turayidondagura,turerekana aho iyo mitumba yose ihegereye dufatiye aho komine Rango iri mu ntara ya Kayanza no mu ntara kama ya Buyenzi (75%) na Kirimiro (25%).Twarize kandi mu kigabane ca gatatu abantu bagerereye kuri iyo mitumba igize komine Rango ,turamenya abo ari bo hamwe n'imiryango bakomokamwo.
Mukigabane ca kane,twerekanye uruhara rw'imiryango igerereye ku mitumba mu kwubaka komine n'igihugu cose.
Mu gusozera ,twaragerageje kwerekana ico twiteze kur iki gikorwa ,ico ubu butohoji buzofasha abasomyi,abakora ivyigwa vyo kumenya abantu aho baba,ico bari n'abandi bipfuza kugira ubushakashatsi bujanye n'imiryango y'abantu.Vyongeye twarerekanye ico twiteze kuri iki gikorwa cane cane ku bavyeyi n'ibibondo vyabo inzaruka zikurikirana kuko ari nkenerwa ko abantu bamenya ukuri kubiberekeye mu buzima bwabo bwabo bwa misi yose no mu buzima bw'igihugu cabibarutse.


Don de l'auteur

390.
© 2019-2025 - Bibliothèques de l'Université du Burundi |Tous droits réservés
home | Contact nous | tel : +25779204313