CATALOGUE DES BIBLIOTHEQUES DE L'UNIVERSITE DU BURUNDI


Bienvenue au Catalogue en Ligne des Bibliothèques de l'Universite du Burundi

Kazinduzi y'amajambo akoreshwa mu buvuzi bw'abantu Itohozwa ryabereye mu gisagara ca Gitega

Published by : Université du Burundi, Faculté des Lettres et Sciences Humaines, Département des Langues et Littératures Africaines (Bujumbura) Physical details: V-72f. 30 Cm
Subject(s): Dictionnaire. -- Medecine. | Mémoire
Year: 2018
Item type Current location Call number Copy number Status Date due Barcode
Memoire Memoire Bibliothèque Centrale
R.610.030.NDA. (Browse shelf) 1 Not For Loan 5010000711917

Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de Licencié en Langues et Littératures Africaines.

RÉSUME,

Ihangiro ry'igikorwa cacu ni iryo gutunganya kazinduzi nyarumwe y'ikirundi yerekeye amajambo akoreshwa mu buvuzi bw'abantu. Ishingiye ku nsorongoro y'amajambo yerekeye ico gisata; kera na mashasha.

Kugira ico gikorwa kiranguke, twabanje kugira itohoza ku bantu bagereranye bafise ico babiziko tubona kwegeranya amajambo atari make badushikirije bakanadufasha gusigura.

Mu gucagura abatangankuru,twashimikiye ku bumenyi no kiba ari umurundi kandi afise imyaka igereranye ( 35-50).

Mu ntuùbero yo lworohereza umusomyi, umwihwezo washimikiye ku gutondeka ayo majambo ku rutonde rumenyerewe rw'indome twisunze amatsitso tukongera tukayasigura.

Ku vyerekeye umwimbu, twararonse igitigiri kigereranye c'amajambo akoreshwa muri ico gisata c'ubuzima (200). Ariko twasanze ari umuzi w'ibuye kuronka menshi kuko mu buvuzi vyinshi ar akabanga.

Yamara rero ntitwoshira agati mu ryinyo ngo amajambo yosee twarayegeranije. Ku bw'ivyo, tugumana inyota y'ukuronka abogira ico batwunguye mu kubandanya ico gikorwa abarundi bakaronka kazinduziitimbanye y'amajambo akoreshwa muri ico gisata.

There are no comments on this title.

to post a comment.
© 2019-2025 - Bibliothèques de l'Université du Burundi |Tous droits réservés
home | Contact nous | tel : +25779204313