CATALOGUE DES BIBLIOTHEQUES DE L'UNIVERSITE DU BURUNDI


Bienvenue au Catalogue en Ligne des Bibliothèques de l'Universite du Burundi

Icibare c'umuganuro c'ikirwa n'imiryango yabahagereye itohoza ryabereye muri komine ya Gishubi

Published by : Université du Burundi, Faculté des Lettres et Sciences Humaines, Département des Langues et Littératures Africaines (Bumbura) Physical details: 109 f. 30 cm. Year: 2018
Item type Current location Call number Copy number Status Date due Barcode
Memoire Memoire Bibliothèque Centrale
390.HAK.2018 (Browse shelf) 1 Not For Loan 5010000711818

Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de licencié en Langues et Littératures Africaines.

RSEUME;

Icibare c'umuganuro c'i kirwa mu ntara kama y'ikirimiro,mur Komine Gishubi,mu Ntara ya Gitega.Icibare c'umuganuro c'i Kirwa kiri mu gihugu cahoze gitwarwa n'umganwa karabona.Ico cibare kigarukira ku ruzi Ruvyironza mubu seruko,mu bumanuko bushira uburengero ku mwonga Kanyangwa.
Ico cibare kirimwo ibibanza vyubahwa bitwibutsa akahise k'uburundi nl'ikigabiro c'umwami co ku mutumba wa Mikore,isumo ryo ku mutumba wa Munyinya ,isumo ryo ku mwonga Kanyagwa hamwe n'ikigabiro c'amasato co mu kivoka;ku mutumba wa Rwintamba.
Ico cibare kizwi mur kahise k'uburundi nk'ikibanza gihambaye cabamwo abaganuza (Ni ukuvuga abari bajejwe gutegura umuganuro w'umwami) Inankoni na Nzbe y'ikirwa.Bari n'ibango ryo kurondera ubuki,ibiturire n'ibindi vyankenerwa ku muganuro.
Imiryango yagerereye mu cibare c'umuganuro c'ikirwa ni myinshi ariko kubera uburyo buke ntitwashoboye kuyitohoza yose,iyo twashoboye gutohoza ni iyi:Abajiji,abashubi ,abahanza,abavumu,abahoro,ababanda,abenengwe,abaragura,Abayengero,Abasenge,Abakamiranyana,Abajunju,n'Abaragane.
Dutumiriye abandi batohoji bazokorera ibikorwa vyabo muri ico cibare kuzokora amatohoza ku muryango umwumwe kandi mu buryo bwimbitse,gutohoza n'ukumenya amazina y'uturere n'imyonga n'utugezi tutashoboye kumenya.

There are no comments on this title.

to post a comment.
© 2019-2025 - Bibliothèques de l'Université du Burundi |Tous droits réservés
home | Contact nous | tel : +25779204313