Umuryaango w'abashuungura b'i bushuungura
Item type | Current location | Call number | Copy number | Status | Date due | Barcode |
---|---|---|---|---|---|---|
![]() |
Bibliothèque Centrale | 390.02 NGI.U (Browse shelf) | 1 | Not For Loan | 5010000429461 |
Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de Licencié en Langues et Littératures Africaines.
Résumé
Iki cigwa nshikirije kiri mu murwi w'ibindi vyigwa vyaakozwe kubijaanye n'imiryaango y'abarundi. Kikeerekana umwé mu miryaango y'abaruundi, umuryango w'abashuungura. Iki ciigwa ciitwa "UMURYAANGO W'ABASHUUNGURA B'IBUSHUUNGURA, AMAAMUUKO, IMIZIRO, RUUHARA".
Itoohooza ryaabeereye mu ma komiine ya Mugaamba, Mukiike na Bugarama. Umuryaango w'abashuungura ukomooka ku muryaango w'aabeeneengwe uwu nawo ukaba ukomooka mu gihugu c'urwaanda bakaba baaje mu Buruundi inyuma y'indwaano zaabaaye hagati y'abanyiginya n'aabeeneengwe. Bashitse mu Burundi, Gishuungura umweeneengwe, yaciye aja kugereera ku ruhinga muri komine Mugaamba, aca ashinga umuryaango w'abashuungura.
Umuryaango w'abashuungura ufise ibisata bikuru bikuru bine vyitirirwa abahuungu bané Gishungura aribo Nteembagara, Rubibana, Rwaguuga et Nyamashasha. Ivyo bisata navyo ni abateembagara, ababibana, abaguuga, n'abashasha.
Kugira ntuungaanye neeza iki gikorwa, nakigabuye mu bigabane bine. Nasavye inkuru abaantu bo muri uwo muryaango babizi, nca ngira imwihweezo w'iizo nkuru nisuunze ivyaanditse mu bitabu.
There are no comments on this title.